isôko

isôko

Kaze mu kiganiro isôko, aho duhuriza ivyiyumviro kugira tumenye twongere dutahure ibijanye n'amagara yo mu mutwe. Mu kibano cacu birasa nk'ivyibagiwe ariko reka tube mubavyibuka, kandi bavyibutsa abandi. Mbega amagara yo mumutwe niki?biraba nde?twoyitaho gute? ni bimwe mubibazo tuzogerageza kurabira hamwe mu kiganiro isôko. Kaze wongere utumire abandi.
00:00
00:00

Episodes

10-

EP 09 Uburemere bw'amajambo tuvuga

14 Aug 2026
9-

EP 08 : Kuba umuvyeyi mumahanga

15 Jun 2026
8-

Tuyage ku magara yo mu mutwe iyo hari indwara ugendana

04 Feb 2026
7-

EP-06 Agahinda

12 Dec 2025
6-

EP-05 Twoherekeza gute uwabuze uwiwe?

02 Dec 2025